Actualités

Urubanza rw’ikiringo ca 3: Ukuri guca mu ziko ntigusha.

Itariki 25 z’ukwezi kw’icumi na rimwe 2021, sentare y’iyungururizo y’umuryango wa Afrika y’Ubuseruko yarashikirije urubunza ruvuga ko ikiringo ca gatatu ca Pierre Nkurunziza cari kinyuranye n’amategeko. Mbe ivyo bivuze iki ku gihugu cacu? Birakunda ko urwo rubanza ruja mu ngiro? Mu mugambwe MSD hoho babibona gute? Ihindurwa ry’ibwirizwa shingiro muri Afrika ryabaye umukenyuro w’abategetsi bashaka […]

Lire la suite

Le MSD pour la démocratie et la liberté des Burundais

Juste avant la clôture de la retraite des représentants et membres des comités du Mouvement pour la Solidarité et la Démocratie dimanche à Bruxelles, la capitale belge, le président de ce parti a insisté sur le rétablissement de la démocratie et la recherche de la liberté des Burundais dans ses réponses à nos questions. Selon […]

Lire la suite

Alexis Sinduhije: « Il faut que tout membre du MSD soit guidé par la vérité, l’humanité, l’humilité, la justice, l’intégrité et la dignité »

Le Mouvement pour la Solidarité et la Démocratie, MSD en sigle, a organisé une retraite de trois jours, du 16 au 18 septembre 2022, à Bruxelles en Belgique à l’intention des représentants ainsi que des membres des comités des différentes sections du parti sous le thème global « Défis et valeurs du parti MSD ». Cet événement […]

Lire la suite

Mbega amahoro yogaruka gute mu Burundi?

Kw’igenekerezo rya 27/06/2022 isaha icumi z’umuhingamo, mu masaha y’i Bujumbura, Alexis Sinduhije yari umutumire mu kiganiro Murisanze ca VOA. Uwurongoye umugambwe MSD yaragize ico avuze no kw’ikete imigambwe MSD na PPD-Girijambo iheruka kwandikira uwurongoye umuryango wa EAC. Fyonda ng’aha mwumvirize ikiganiro  

Lire la suite

Ubutumwa bwo muri Somaliya bwabaye indyankurye?

Alshabab yavuze ko yishe 173, abasirikare b’Uburundi bari ku rubuga bavuga ko muri bagenzi babo hapfuye abarenga 30, urwego rw’intwaramiheto z’Uburundi rworwo ruvuga ko abasirikare 10 aribo bahitanywe n’igitero co ku wa 3 Rusama 2022 c’uwo mugwi witwaje ibirwanisho ugwanya Reta ya Somaliya. Imiryango yaburiye abayo muri ico gitero cabereye mu gisagara ca El Baraf […]

Lire la suite

Alexis Sinduhije: « Kugira dukire inzara n’ubukene, tubanze dukire ubwoba »

Umugambwe MSD ubona ko akagwi gato kari kw’isonga mu butegetsi bwa CNDD-FDD ari ko katoye umugambi wo gukenesha no gusonzesha abarundi kuva kera. Uwurongoye uwo mugambwe amenyesha ko Abarundi batari bake bagumye babifata minenerwe bibaza ko Reta izokwikubita agashi naho shwi. Alexis Sinduhije atanga akarorero k’abanyagihugu bamaze imisi baganira. Inyuma y’abo yavuze mu kiganiro giheruka […]

Lire la suite

Ubwicanyi bwo mu 1972 : MSD ibuvugako iki?

Kuri uwu wa 29 Ndamukiza 2022, imyaka 50 irarumanye habaye ubwicanyi bwahitanye Abarundi benshi mu gihugu. Uno musi, umugambwe MSD washimye kwerekana aho uhagaze kuri ubwo bwicanyi bwahitanye inzirakarengane isinzi mu 1972. Uwurongoye umugambwe MSD avuga ko uwu musi ari uw’agahinda n’intuntu. Ku bwiwe, igenekerezo rya 29 Ndamukiza ni umusi wofatwa nk’intango y’amabi n’ubwicanyi bwose […]

Lire la suite

Discours du représentant du MSD en Belgique pendant la manifestation du 19 Février 2022

Burundaises, Burundais et amis du Burundi! Merci d’être venus nombreux soutenir cette manifestation. La tempête Eunice ne vous a pas empêché d’être ici pour exprimer votre indignation contre les maux qu’endure le peuple burundais, les maux causés par le régime du CNDD-FDD. C’est un signe de détermination pour montrer au monde entier que le peuple […]

Lire la suite

Le courage est féminin: des femmes dans l’histoire

Lorsque les colonisateurs belges ont renforcé leur emprise politique sur le Burundi en limitant les pouvoirs de son monarque, ce ne sont pas des hommes qui se sont révoltés… Ils ont préféré garder le silence et exécuter les ordres édictés par l’occupant. Au contraire, en 1934, c’est une femme hutu qui a déclenché une révolte […]

Lire la suite

Akamo k’umushingantahe Alexis SINDUHIJE

Umushingantahe Alexis SINDUHIJE, umukuru w’umugambwe MSD, nk’uwigeze kwandura ikiza ca Covid19 (Corona virus) aratera akamo abarundi bose gusaba Reta y’Uburundi kubakingira. Aributsa kandi zimwe mu nyifato za mbere bokurikiza kugira birinde kwandura no kwanduzanya ico kiza.

Lire la suite